TURI BANDE

Ishirahamwe BMBC ni ishirahamwe rikorera mu Gisata co kwubaka amazu y’abantu bipfuza kwubaka mu Burundi. Ishirahamwe BMBC ryatanguye gukora mu mwaka w ‘2012 ,ico gihe rikaba ryari rifise ibiro muri Komine Kamenge.Ubu Ishirahamwe BMBC rikorera muri Quartier Asiatique iruhande ya Societe Sanili.Nkuko vyari biri muntango ishirahamwe BMBC Rikorera canecane muvyo kwubaka, iruhande y’ ibindi bikorwa bijanye no kwamamaza amaparcelles, amazu, imiduga n’ ibindi.

Ivyo kwamamaza amazu,amaparcelles,imiduga n’ ibindi twabigiyemwo kuko benshi mubo dukorera bari mumahanga bagiye babidusaba kugira baze baroroherwa no kuronka amatongo igihe bashaka kwubaka mu Burundi.

Kurya rero hari amasociete usanga ari rurangiranwa muvyo kwuba amashure, ibiraro,kugazura imyonga,… ishirahamwe BMBC ryoryo ni rurangiranwa muvyo kwubaka amazu yo kubamwo(residence),amabureaux ,Amahoteri, …Nukuvuga usanga tuzi ubuhinga bukoreshwa mugusikura amazu meza.

Kubera imyaka tubikoreyemwo turatanga impanuro ngirakamaro ku muntu afise projet yo kwubaka, yaba afise amahera menshi canke make tukamwereka uko yobigenza kugira ashike kuco yipfuza.

Nimba rero uri mu Burundi ukaba wipfuza ufise kimwe mubibazo bikurikira,tumbera ishirahamwe BMBC

1)wipfuza gusaba Credit yo kwubaka ukaba ukeneye ivyirwa uzojana muri banke.

2)Ufise projet yo kwubaka ukaba wipfuza ibicapu vyiza vy ‘ inyubakwa yawe, canke wipfuza ishirahamwe woshinga kwukwubakira inzu yawe mu buryo bwiza buzira uburyarya,

3)wipfuza kwubaka inzu yawe udahagarika umutima ngo ngo barakwiba ibikoresho, bagukorere nabi canke bate ibikorwa bidaheze ;

4)wipfuza gukorana n’ ishirahamwe riha agaciro amahera ufise uko angana kwose,

Niwegere ishirahamwe BMBC ribigufashemwo.

IVYODUKORA

Ishirahamwe BMBC rikora ibikorwa bitaribike kiretse ko bikurubikuru gigizwe no:

1 .Gucapura Ibicapu Vy’ Amazu Nizindi Nyubakwa (Amazu Matomato, Amahoteri, Amagorofa, Amashule, Amabarabara, Amazu Yubudandaji …)

2.Kwubaka Ayo Mazo( Construction Sur Terrain)

Turaheza Tugaca Twubaka Ivyo Ducapuye Igihe Benevyo Bashimye Ko Tubikwirikirana

Ninyungu Iyihe Mugihe Abantu Badushinze Ibikorwa Vyo Kububakira Amazu?

  1. Kuberako Dufise Ishirahamwe Ryemewe Namategeko, Umuntu Iyadushinze Igikorwa, Ntahagarika Umutima Nguwagihaye Ngwazohava Atekera Utwiwe Ngwamubure Kuko Tubifisemwo Uburambe Tukaba Tubikora Turi Umurwi

Muri Make Umuntu Adukoresheje Abayirinze Inkwirikizi Zogukorana Na Banyamwigendako

  1. Kuvyerekeye Ubuhinga:

Uwuduhaye Akazi Abayizigiye Kwibintu Vyiwe Bizojamwo Ubuhinga Kuko Dufise Abahinga Babinonosoye Kandi Bakorera Hamwe .

  1. Uwuduhaye Akazi Aririnda Kandi Gucanamwo Nicuti Canke Imiryango Yiwe Nkuko Bikunze Kugenda Kubantu Benshi Bashinga Inyubako Abantu Bomumiryo Canke Incuti Batitaye Kubuhinga Canke Uburambe Babifisemwo.
  2. Twamaduheza Ibikorwa Kugihe.
  3. Igihe Umuntu Aduhaye Akazi Ntiyigera Ahagarika Umutima Ngo Ntari Hagufi Kuko Naho Yoba Ari Mumahanga Canke Mubiro(Bureau) Tumufasha Gukwirikirana Ibikorwa Vyiwe Dukoreshsje Internet Kuburyo Ashobora No Kutwunganira Naho Atoba Ari Hagufi.
  4. Umuntu Aduhaye Akazi Ntiyigera Abaza Ngo Bigezehe Kuko Twama Tumuronsa Amakuru Kumwanya Kumwanya Aho Yobari Hose Kwisi Nzima.
  5. Kuvyerekeye Gutunganya Amahera Ntamuntu Yigera Avuga Ngo Amahera Yanje Bazohava Bayanyuruza. Uwifuriza Kumenya Idonido Yukuntu Bigenda Yotwegera Tukamwereka Abo Yobaza Twakoreye Mubihugu Bitandukanye

If You Build, Build Well.

OUR TEAM

Ntamakuriro David

Directeur General

Ntacobubaha Emmanuel

Charges de devis

Ninteretse Sandrine

Secretaire

Ing Romain Niyonzima

Ingenieur Architecte

Mutore Nemi Jean de Dieu

Photographe et Producteur

5 thoughts on “Turi Bande

  1. Cubwa Reply

    Songeni mbele. Kazi yipo. Saidieni kukuza sura nzuri ya Burundi

  2. Sengiyumva Thiery Reply

    I hope to use your services when in 2020 or 2023 when I move back to burundi

    • Ntamakuriro David Reply

      THANK U VERY MUCH.MAY God protect u and your project.
      But remember that we also execute projects of Burunsians living abroad even before they arrive here.
      you can contact us via whatsapp for more details

      if you build, build well

Leave a Reply to Nshimirimana Jean Claude Cancel reply