Muri iki kibanza hariyo amakuru atandukanye ajanye n’intahe zishingwa n’abantu bakoranye na BMBC hama barashima ibikorwa vyacu.

Mu kiganiro giheruka twarababwiye ibitari bike bijanye nuko ishirahamwe BMBC rikorana neza n’abantu. Ubu naho raba witonze ico abandi bavuga muri zino video zikurikira hama ukorane n’abahanga mu vy’ubwubatsi kandi ubazeze ibikorwa ubizeye.

Raba kandi hano impanuro ku bantu bose boba bipfuza kwubaka inzu mu Burundi:

Raba kandi hano hano ikiganiro cerekana ko abarundi baba mu mahanga bashaka kwubaka inzu mu Burundi ko bakwiye kuzeza ibikorwa vyo kwubaka abantu b’abizerwa kandi babishoboye, bafise n’ubuhanga bukwiye.

Ivyo umwe mu bakiliriya ba BMBC ba kera avuga ku bikorwa twamukoreye:

Ushobora kuba wibaza ico abakiliya bamwe bamwe bibaza ku vyerekeye ibikorwa Ishirahamwe ryo kwubaka amazu no gucapura ibicapo vy’amazu rimaze gukora. Muri iyi video hano hepfo BMBC yaragendeye umukiliya umwe aba mu gisagara ca Bujumbura, quartier Kuwinterekwa, tukaba twamusanze mu nzu twigeze kumwubakira.

Raba hano ikiyago twagiranye muri iyi video hano hepfo:

Nimba wubaka inzu, Ubaka neza.