Regardez “Bati “Iyo mwubatse ,mwubake neza”” sur YouTube

Inyuma y’ imisi iyi mikangara yo muri Kaminuza imaze muri #BMBC, bavuye muri Kaminuza y’ Uburundi, batanze impanuro zitandukanye ku bantu bipfuza kwubaka mu #Gihugu c’ amavukiro. Turazi zizofasha benshi.

Kurikirana Video

Shikiriza ico wiyumvira ngaha canke utwandikire kuri Whatsapp kuri +257 79500227 nimba wipfuza kwubaka mu Burundi.