Raba hano Ico Abakiliya ba BMBC bavuga: Barashima uko bakorana na BMBC!

Abashima uko bakorana na BMBC baragira ico bavuze ku kuntu Ishirahamwe rijanye n’ubwubatsi hamwe no gucapura ibicapo vy’amazu.

 Nimba wipfuza kwubakirwa inzu na BMBC, umviriza neza hano kino kiganiro BMBC yakoranye na bamwe bamwe mu bakiliya bayo:

 

Abakozi kandi bakorana na BMBC usanga bava mu mico kama itandukanye kandi ugasanga bavuga nizindi ndimi. Umviriza hano naho:

Nimba wubaka inzu, ubaka neza ukoranye n’abahinga aribo BMBC.

 

 

Shikiriza ico wiyumvira ngaha canke utwandikire kuri Whatsapp kuri +257 79500227 nimba wipfuza kwubaka mu Burundi.