Ivyo Abakiliya bakoranye Na BMBC Bavuga: Raba hano witonze.

Mu kiganiro giheruka twarababwiye ibitari bike bijanye nuko ishirahamwe BMBC rikorana neza n’abantu. Ubu naho raba witonze ico abandi bavuga muri zino video zikurikira hama ukorane n’abahanga mu vy’ubwubatsi kandi ubazeze ibikorwa ubizeye.

Raba kandi hano impanuro ku bantu bose boba bipfuza kwubaka inzu mu Burundi:

Raba kandi hano hano ikiganiro cerekana ko abarundi baba mu mahanga bashaka kwubaka inzu mu Burundi ko bakwiye kuzeza ibikorwa vyo kwubaka abantu b’abizerwa kandi babishoboye, bafise n’ubuhanga bukwiye.

Nimba wubaka inzu, Ubaka neza.

One thought on “Ivyo Abakiliya bakoranye Na BMBC Bavuga: Raba hano witonze.

Shikiriza ico wiyumvira ngaha canke utwandikire kuri Whatsapp kuri +257 79500227 nimba wipfuza kwubaka mu Burundi.