Ishirahamwe BMBC ni ishirahamwe rikorera mu Gisata co kwubaka amazu y’abantu bipfuza kwubaka mu Burundi
Ibikorwa Nyamukuru
Ivyemezo
Vyukuri mugihugu cacu noshobora kuvuga ko ubwubatsi budateye imbere mfatiye kuko ndabibona bwa mufundi

kwereka abantu uko bokwubaka amazu yabo akaba meza, bitabavunye kandi bikurikije amategeko

Amakuru
KARABAYE NTACO TUGIKIZA!!!
Es’ukuntu bibabaje iyo umuganga akubwiyeko ibara ryamaze kugwa ko ataco bagikiza? Haraho bitegwa n’uko utamenye indwara hakiri kare ngo uyivuze canke ...
Raba Izindi NkuruAmakaminuza Yo Mu Burundi Arahurumbira Ubuhinga Bugezweho bwa BMBC
Nkuko mubimenyereye,Ishirahamwe ryanyu BMBC( Building and Multi-Business Company) rirababwira ico rikora mu bijanye no kwubaka amazu y’abantu baba abari hano mu ...
Raba Izindi NkuruIshirahamwe BMBC Riratumirira Abo Bose Bashaka Kwubaka mu Burundi.
Haraheze igihe kitari gito ishirahamwe ryanyu BMBC (Building and Multi-Business Company) ryo kububakira amazu no kubacapurira ibicapu ririko ribabwira uko abantu ...
Raba Izindi NkuruRaba hano Ico Abakiliya ba BMBC bavuga: Barashima uko bakorana na BMBC!
Abashima uko bakorana na BMBC baragira ico bavuze ku kuntu Ishirahamwe rijanye n’ubwubatsi hamwe no gucapura ibicapo vy’amazu. Nimba wipfuza kwubakirwa ...
Raba Izindi NkuruISHIRAHAMWE RIHURUMBIRWA NA BENSHI
Abato n’abakuze, abifise n’abatifise bose barirukira ishirahamwe BMBC, Twarayaze na bamwe bamwe bo muri iyo migwi yose twandondaguye, baba abari ngaha mu ...
Raba Izindi NkuruRegardez “Nabwiye umugabo wanje nti:” Abo bantu mwahuriye kuri #internet ni abasuma, turibwe amafaranga .” sur YouTube
Raba Izindi NkuruTwarabagarukaniye icizere, Mwarasubiye gukorera imigambi mu Gihugu c’ Uburundi.
Nk’ uko mubizi abarundi benshi baba mu mahanga, bamwe bivuye ko bimukiyeyo abandi bivuye ku vyago igihugu cagiye kiragira bagahungirayo. Mu ...
Raba Izindi NkuruMukeneye kumenya ukuntu amazu yanyu azoba asa amaze kwubakwa, iture BMBC
Umaze kubona ishirahamwe ryirukirwa na #bose uce umenya KO ritanga service nziza. Igihe cose mwipfuza kwubaka inyubakwa nimwiture ishirahamwe Www.bmbc.bi tubanze ...
Raba Izindi NkuruRegardez “BMBC mu ntara ya Muyinga” sur YouTube
Ku bantu bibaza nimba BMBC ikorera aho ariho hose mu #Burundi, tubasavye gukurikirana iyi vidéo.
Raba Izindi Nkuru